2 Ngoma 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo, bene Mowabu+ na bene Amoni+, bari kumwe na bamwe mu Bamonimu+, baza gutera Yehoshafati mu ntambara+.
20 Inyuma y’ivyo, bene Mowabu+ na bene Amoni+, bari kumwe na bamwe mu Bamonimu+, baza gutera Yehoshafati mu ntambara+.