Yosuwa 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Za nteko zifise ibikenewe ku bw’intambara zariko zigendera imbere y’abaherezi bariko bavuza inzamba, mu gihe abacunzi b’inyuma+ bariko bakurikira Isandugu inzamba zibandanya kuvuzwa.
9 Za nteko zifise ibikenewe ku bw’intambara zariko zigendera imbere y’abaherezi bariko bavuza inzamba, mu gihe abacunzi b’inyuma+ bariko bakurikira Isandugu inzamba zibandanya kuvuzwa.