ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 26:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Uze ushire iyo rido munsi ya za ngobe, uheze uzane ya sandugu y’igishingantahe+ imbere muri nya rido. Nya rido ize ibabere urugabano hagati y’Aheranda*+ n’Aheranda Rwose*+.

  • 1 Abami 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze abaherezi binjiza isandugu+ y’isezerano rya Yehova mu kibanza cayo+, mu cumba c’ahitereye ca ya nzu, Aheranda Rwose, munsi y’amababa ya ba bakerubi+.

  • Abaheburayo 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo inyuma y’irido rigira kabiri+ hari igihimba c’ihema citwa “Aheranda Rwose*+.”

  • Abaheburayo 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika