Kuvayo 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya. Gusubira mu vyagezwe 33:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+. Yosuwa 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Baca bamubwira bati: “Abasuku bawe bavuye mu gihugu ca kure cane+ ku bijanye n’izina+ rya Yehova Imana yawe, kuko twumvise ingene ari rurangiranwa be n’ivyo yakoze mu Misiri vyose+,
14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya.
26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+.
9 Baca bamubwira bati: “Abasuku bawe bavuye mu gihugu ca kure cane+ ku bijanye n’izina+ rya Yehova Imana yawe, kuko twumvise ingene ari rurangiranwa be n’ivyo yakoze mu Misiri vyose+,