2 Ngoma 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova abandanya kubana na Yehoshafati+, kuko yagendera mu nzira za kera za Dawidi sekuruza+, ntarondere za Bayali+. Zaburi 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko nagumije inzira za Yehova+,Kandi sinakoze nabi ngo mvirire Imana yanje+.
3 Yehova abandanya kubana na Yehoshafati+, kuko yagendera mu nzira za kera za Dawidi sekuruza+, ntarondere za Bayali+.