1 Abami 22:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ico gihe ni ho Ahaziya mwene Ahabu yabwira Yehoshafati ati: “Abasuku banje nibajane n’abasuku bawe muri izo meri,” mugabo Yehoshafati ntiyavyemera+. 1 Abakorinto 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntimuzimire. Kwifatanya n’ababi kwonona ingeso nziza+.
49 Ico gihe ni ho Ahaziya mwene Ahabu yabwira Yehoshafati ati: “Abasuku banje nibajane n’abasuku bawe muri izo meri,” mugabo Yehoshafati ntiyavyemera+.