1 Ngoma 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi akoranya+ rero Isirayeli yose, kuva ku ruzi rwa Misiri+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, kugira ngo bazane isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye i Kiriyati-yeyarimu+.
5 Dawidi akoranya+ rero Isirayeli yose, kuva ku ruzi rwa Misiri+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, kugira ngo bazane isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye i Kiriyati-yeyarimu+.