Itanguriro 43:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi bicarikwa imbere yiwe, imfura yicara hisunzwe uburenganzira bwayo bw’imfura+, n’umuhererezi yicara hisunzwe ubuto bwiwe; kandi nya bagabo baguma barabana bumiwe.
33 Kandi bicarikwa imbere yiwe, imfura yicara hisunzwe uburenganzira bwayo bw’imfura+, n’umuhererezi yicara hisunzwe ubuto bwiwe; kandi nya bagabo baguma barabana bumiwe.