ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Ni co gituma Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Nari naravuze koko nti: Inzu yawe n’inzu ya sogokuruza wawe zizogendera imbere yanje gushika igihe kitagira urugero+.” Mugabo ubu Yehova avuze ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, kuko abantera iteka+ nzobatera iteka+, ariko abansuzugura bazoba ab’agaciro gato+.”

  • 1 Abami 16:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Omuri aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova, akora nabi kurusha abari baramwitangiye imbere bose+.

  • 2 Ngoma 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ba data bahemutse+, bagakora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yacu+, ku buryo bamuhevye+, bagakura amaso yabo kw’itaberenakulo ya Yehova+, bakamuha ibitugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika