2 Abami 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu misi yiwe, Edomu+ igarariza ukuboko kwa Yuda, bimika umwami+ wo kubaganza.