1 Abami 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Omuri aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova, akora nabi kurusha abari baramwitangiye imbere bose+. 1 Abami 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hanyuma Ahabu akora igikingi ceranda+; Ahabu akora n’ibindi kugira ababaze+ Yehova Imana ya Isirayeli kurusha abami ba Isirayeli bose bamwitangiye imbere.
25 Omuri aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova, akora nabi kurusha abari baramwitangiye imbere bose+.
33 Hanyuma Ahabu akora igikingi ceranda+; Ahabu akora n’ibindi kugira ababaze+ Yehova Imana ya Isirayeli kurusha abami ba Isirayeli bose bamwitangiye imbere.