1 Ngoma 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Bene wabo bari mu mihana irundanye yabo bategerezwa kuza uko haciye igihe bakamarana na bo imisi indwi+. Luka 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe rero yariko arakora bwa muherezi mu gikorwa c’umuce wiwe+ imbere y’Imana,
25 Bene wabo bari mu mihana irundanye yabo bategerezwa kuza uko haciye igihe bakamarana na bo imisi indwi+.