1 Ngoma 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Abalewi baraharurwa kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+; igitigiri cabo, umwumwe ukwiwe, umuntu w’umugabo ukwiwe, kiba ibihumbi mirongo itatu n’umunani.
3 Nuko Abalewi baraharurwa kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+; igitigiri cabo, umwumwe ukwiwe, umuntu w’umugabo ukwiwe, kiba ibihumbi mirongo itatu n’umunani.