1 Ngoma 23:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.
32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.