2 Abami 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uwo muherezi aha rero nya bakuru b’amajana amacumu n’inkinzo z’umuzingi vyahora ari ivy’Umwami Dawidi, ivyari mu nzu ya Yehova+.
10 Uwo muherezi aha rero nya bakuru b’amajana amacumu n’inkinzo z’umuzingi vyahora ari ivy’Umwami Dawidi, ivyari mu nzu ya Yehova+.