2 Abami 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Abanyagihugu bose babandanya kunezerwa+; igisagara na co ntihagira ikigihungabanya; nayo Ataliya, bari bamwicishije inkota ku nzu y’umwami+.
20 Abanyagihugu bose babandanya kunezerwa+; igisagara na co ntihagira ikigihungabanya; nayo Ataliya, bari bamwicishije inkota ku nzu y’umwami+.