ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehoyada umuherezi atora rero isandugu+, atobora intoboro ku mufuniko wayo araheza ayishira iruhande y’igicaniro, iburyo winjiye mu nzu ya Yehova, maze abaherezi, abarinzi b’imiryango+, bakaza barashirayo amahera yose+ yazanwa mu nzu ya Yehova.

  • Mariko 12:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu two mw’ishikaniro+, atangura kwihweza ingene nya sinzi ritiburira amahera muri nya dusandugu; kandi abatunzi benshi bariko batererayo ibiceri vyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika