1 Ngoma 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+. Yesaya 64:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wahuye n’uwigina agakora ivy’ubugororotsi+, abaguma bakwibuka mu nzira zawe+. Raba! Wewe ubwawe wararakaye+, mu gihe twaguma ducumura+, tubimaramwo igihe kirekire; none ubwo turakwiriye gukizwa+? Ivyakozwe 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Kandi imisi yose bama ku rusengero bahuje inama+, bagafungurira ibifungurwa vyabo mu mazu yabo, bakihereza imfungurwa banezerewe cane+ kandi bari n’umutima utarimwo uburyarya,
9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+.
5 Wahuye n’uwigina agakora ivy’ubugororotsi+, abaguma bakwibuka mu nzira zawe+. Raba! Wewe ubwawe wararakaye+, mu gihe twaguma ducumura+, tubimaramwo igihe kirekire; none ubwo turakwiriye gukizwa+?
46 Kandi imisi yose bama ku rusengero bahuje inama+, bagafungurira ibifungurwa vyabo mu mazu yabo, bakihereza imfungurwa banezerewe cane+ kandi bari n’umutima utarimwo uburyarya,