-
2 Ngoma 34:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Kandi abo bagabo bakorana ubwizigirwa+ muri ico gikorwa; abari baragenywe ngo babe abacungezi babo bari Yahati na Obadiya Abalewi bo muri bene Merari+, na Zekariya na Meshulamu bo mu bahungu b’Abakohati+. Abalewi na bo, umwe wese muri bo akaba yari umuhanga mu bijanye n’ibicurarangisho vy’ururirimbo+,
-