1 Abami 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Dawidi aryama hamwe na ba sekuruza+, ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+. 2 Ngoma 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze bagiye bavuye iwe (kuko bamusize arwaye indwara nyinshi+), abasuku biwe bamugīra umugambi mubi+ kubera amaraso+ ya bene Yehoyada+ umuherezi; bamwicira ku buriri bwiwe, arapfa+. Maze bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba mu mva z’abami+. Ivyakozwe 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi.
25 Maze bagiye bavuye iwe (kuko bamusize arwaye indwara nyinshi+), abasuku biwe bamugīra umugambi mubi+ kubera amaraso+ ya bene Yehoyada+ umuherezi; bamwicira ku buriri bwiwe, arapfa+. Maze bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba mu mva z’abami+.
29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi.