Abalewi 26:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kandi ata gukeka bazotsitaranako nk’abavuye imbere y’inkota ata n’umwe abomye inyuma, kandi ntimuzoshobora guhagarara imbere y’abansi banyu+. Gusubira mu vyagezwe 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?
37 Kandi ata gukeka bazotsitaranako nk’abavuye imbere y’inkota ata n’umwe abomye inyuma, kandi ntimuzoshobora guhagarara imbere y’abansi banyu+.
30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?