Abalewi 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.