2 Ngoma 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko bene Isirayeli barahunga bava imbere ya Yuda, maze Imana ibatanga mu kuboko kwabo+. 2 Ngoma 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.
2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.