Kuvayo 38:1 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hanyuma akora ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, mu giti c’umunyinya. Uburebure bwaco bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwaco amatambwe atanu, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe atatu+.
38 Hanyuma akora ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, mu giti c’umunyinya. Uburebure bwaco bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwaco amatambwe atanu, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe atatu+.