Yosuwa 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ubukurikira, Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Lakishi+ avuye i Libuna, arakambika ngo ahatere maze araharwanya. Mika 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bohera umukogote ku mugwi w’amafarasi, ewe mugore uba i Lakishi+! Yabereye umukobwa wa Siyoni intango y’igicumuro+, kuko imigararizo ya Isirayeli yabonetse muri wewe+.
31 Ubukurikira, Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Lakishi+ avuye i Libuna, arakambika ngo ahatere maze araharwanya.
13 Bohera umukogote ku mugwi w’amafarasi, ewe mugore uba i Lakishi+! Yabereye umukobwa wa Siyoni intango y’igicumuro+, kuko imigararizo ya Isirayeli yabonetse muri wewe+.