1 Ngoma 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gukubita Abafilisitiya+ no kubamara igabo, maze afata i Gati+ n’ibisagara bihakukira ahakuye mu kuboko kw’Abafilisitiya.
18 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gukubita Abafilisitiya+ no kubamara igabo, maze afata i Gati+ n’ibisagara bihakukira ahakuye mu kuboko kw’Abafilisitiya.