13 Irembo ryo ku Mubande+ riba ari ryo Hanuni n’ababa i Zanowa+ basanasana; bo ubwabo bararyubaka maze bashiraho imiryango+ yaryo n’ivyugazo+ vyaryo n’ibihindizo+ vyaryo, basanasana n’amatambwe igihumbi mu ruhome gushika kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+.