ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene.

  • 2 Ngoma 25:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Avuganye na we, umwami aca amubwira ati: “Mbega twakugize umujanama w’umwami+? Sigaho ku neza yawe+. Barinde kukwica?” Nuko nya mujanama asigaho, mugabo avuga ati: “Ndazi ntakeka yuko Imana yiyemeje kuguhonya+, kuko wakoze ivyo+ kandi ntiwumvirize impanuro yanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika