2 Abami 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’itandatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yerusha umukobwa wa Zadoki+.
33 Yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’itandatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yerusha umukobwa wa Zadoki+.