2 Abami 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehowasi abandanya gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova imisi yose yamaze yigishwa na Yehoyada umuherezi+. 2 Ngoma 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova abandanya kubana na Yehoshafati+, kuko yagendera mu nzira za kera za Dawidi sekuruza+, ntarondere za Bayali+.
2 Yehowasi abandanya gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova imisi yose yamaze yigishwa na Yehoyada umuherezi+.
3 Yehova abandanya kubana na Yehoshafati+, kuko yagendera mu nzira za kera za Dawidi sekuruza+, ntarondere za Bayali+.