2 Ngoma 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko akimara gukomera, umutima wiwe ugira ubwibone+ gushika n’aho yikwegera akarambaraye+, ku buryo ahemuka kuri Yehova Imana yiwe akinjira mu rusengero rwa Yehova guturira imibavu ku gicaniro c’imibavu+. Zaburi 119:120 Bibiliya y’isi nshasha 120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.
16 Ariko akimara gukomera, umutima wiwe ugira ubwibone+ gushika n’aho yikwegera akarambaraye+, ku buryo ahemuka kuri Yehova Imana yiwe akinjira mu rusengero rwa Yehova guturira imibavu ku gicaniro c’imibavu+.
120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.