Abacamanza 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Haciye igihe, bene Amoni batangura kurwanya Isirayeli+. 2 Samweli 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Inyuma y’ivyo, umwami wa bene Amoni+ arapfa, maze Hanuni umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+. 2 Ngoma 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo, bene Mowabu+ na bene Amoni+, bari kumwe na bamwe mu Bamonimu+, baza gutera Yehoshafati mu ntambara+. Yeremiya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ku vya bene Amoni+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega Isirayeli nta bahungu afise, canke nta samuragwa afise? Kubera iki Malikamu+ yigaruriye Gadi+, abantu bayo na bo bakaba mu bisagara vya Isirayeli+?”
10 Inyuma y’ivyo, umwami wa bene Amoni+ arapfa, maze Hanuni umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
20 Inyuma y’ivyo, bene Mowabu+ na bene Amoni+, bari kumwe na bamwe mu Bamonimu+, baza gutera Yehoshafati mu ntambara+.
49 Ku vya bene Amoni+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega Isirayeli nta bahungu afise, canke nta samuragwa afise? Kubera iki Malikamu+ yigaruriye Gadi+, abantu bayo na bo bakaba mu bisagara vya Isirayeli+?”