6 Acisha abahungu biwe mu muriro+ mu mubande wa mwene Hinomu+, akora ivy’amageza+, agira ivyo kuragura+, akora ivy’ubupfumu+, ashiraho abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ be n’abagize umwuga ukubura+ ibizoba. Akora ku rugero runini ivyari bibi mu maso ya Yehova, kugira ngo amubabaze+.