Yesaya 57:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 abakabura icipfuzo bari hagati mu biti bininibinini+, munsi y’igiti gitotahaye cose+, bagakererera abana mu myonga munsi y’imigaga y’amabuye y’urutare+?
5 abakabura icipfuzo bari hagati mu biti bininibinini+, munsi y’igiti gitotahaye cose+, bagakererera abana mu myonga munsi y’imigaga y’amabuye y’urutare+?