Yesaya 58:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mbega uku si kwo kwisonzesha nshima: gutekurura amapingu y’ububisha+, kubohora imizana y’umutambikwa w’ingǒgo+, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, mukavuna umutambikwa wose w’ingǒgo+? Yeremiya 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Namwe murahindukiye uno musi mukora ibigororotse mu maso yanje mu gutangaza umwidegemvyo, umwe wese arekura mugenziwe, kandi mupfunditse isezerano imbere yanje+ mu nzu yitirirwa izina ryanje+.
6 “Mbega uku si kwo kwisonzesha nshima: gutekurura amapingu y’ububisha+, kubohora imizana y’umutambikwa w’ingǒgo+, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, mukavuna umutambikwa wose w’ingǒgo+?
15 Namwe murahindukiye uno musi mukora ibigororotse mu maso yanje mu gutangaza umwidegemvyo, umwe wese arekura mugenziwe, kandi mupfunditse isezerano imbere yanje+ mu nzu yitirirwa izina ryanje+.