Matayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+. Yakobo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.
13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.