Yobu 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nimba nahora mbona uwishwe n’ukubura agahuzu+,Canke ko umworo atagira ico yipfuka; Zaburi 106:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Yaratuma batera ikigongweAbabagira imbohe bose+. Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?
19 Nimba nahora mbona uwishwe n’ukubura agahuzu+,Canke ko umworo atagira ico yipfuka; Zaburi 106:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Yaratuma batera ikigongweAbabagira imbohe bose+. Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?
7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?