2 Abami 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo avuga ati: “Ntubasasike. Mbega abo wagize imbohe ukoresheje inkota yawe n’umuheto wawe urabasasika+? Shira umukate n’amazi imbere yabo kugira barye bongere banywe+ baheze baje ku mukama wabo.” Yakobo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba mwene wacu canke mushiki wacu ari gusa kandi akenye ibifungurwa bikwiranye n’umusi+,
22 Mugabo avuga ati: “Ntubasasike. Mbega abo wagize imbohe ukoresheje inkota yawe n’umuheto wawe urabasasika+? Shira umukate n’amazi imbere yabo kugira barye bongere banywe+ baheze baje ku mukama wabo.”