Gusubira mu vyagezwe 34:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+. Abacamanza 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.
3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+.
16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.