Abalewi 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, nzobwirizwa rero kubahana ngwije igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. Obadiya 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ubukazi wagiriye mwene wanyu Yakobo+, uzokwicwa n’ibimaramare+, kandi uzorandurwa ata kabuza gushika igihe kitagira urugero*+.
18 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, nzobwirizwa rero kubahana ngwije igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
10 Kubera ubukazi wagiriye mwene wanyu Yakobo+, uzokwicwa n’ibimaramare+, kandi uzorandurwa ata kabuza gushika igihe kitagira urugero*+.