1 Abami 6:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi nya miryango ibiri yari ikozwe mu giti c’umuberoshi+. Inzugi zibiri z’umuryango umwe zazungurukira kw’isonga ryo kuzungurukirako, inzugi zibiri z’uwundi muryango na zo zikazungurukira kw’isonga ryo kuzungurukirako+.
34 Kandi nya miryango ibiri yari ikozwe mu giti c’umuberoshi+. Inzugi zibiri z’umuryango umwe zazungurukira kw’isonga ryo kuzungurukirako, inzugi zibiri z’uwundi muryango na zo zikazungurukira kw’isonga ryo kuzungurukirako+.