Yohani 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo abishura ati: “Dawe yagumye akora gushika n’ubu, na jewe nguma nkora+.” 1 Abakorinto 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.
58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.