Guharura 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Hazoharurwe igitigiri cose hamwe ca bene Kohati+ muri bene Lewi, hisunzwe imiryango yabo, mu nzu ya ba se, 1 Ngoma 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 muri bene Kohati: Uriyeli+ umukuru na bene wabo, ijana na mirongo ibiri; 1 Ngoma 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Kohati+ bari Amuramu, Izihari+, Heburoni+ na Uziyeli+: bane.
2 “Hazoharurwe igitigiri cose hamwe ca bene Kohati+ muri bene Lewi, hisunzwe imiryango yabo, mu nzu ya ba se,