1 Ngoma 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abo bose bari bene Hemani, umubonyi+ w’umwami mu bintu vy’Imana y’ukuri yaduza ihembe ryiwe; gutyo Imana y’ukuri iha Hemani abahungu cumi na bane n’abakobwa batatu+.
5 Abo bose bari bene Hemani, umubonyi+ w’umwami mu bintu vy’Imana y’ukuri yaduza ihembe ryiwe; gutyo Imana y’ukuri iha Hemani abahungu cumi na bane n’abakobwa batatu+.