2 Ngoma 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo agendera mu nzira z’abami ba Isirayeli+, mbere akora ibishushanyo vya za Bayali+ mu cuma gishongeshejwe+. 2 Ngoma 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi mu bisagara vyose, egome, ibisagara vya Yuda, akora ibibanza bikirurutse+ kugira afumbishirize umwotsi w’ibimazi izindi mana+, gutyo ababaza+ Yehova Imana ya ba sekuruza biwe.
2 Mugabo agendera mu nzira z’abami ba Isirayeli+, mbere akora ibishushanyo vya za Bayali+ mu cuma gishongeshejwe+.
25 Kandi mu bisagara vyose, egome, ibisagara vya Yuda, akora ibibanza bikirurutse+ kugira afumbishirize umwotsi w’ibimazi izindi mana+, gutyo ababaza+ Yehova Imana ya ba sekuruza biwe.