Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+. Abalewi 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abagabo b’inararibonye b’iryo koraniro baze barambike ibiganza vyabo ku mutwe+ w’iyo shūri imbere ya Yehova, kandi nya shūri ize ikerererwe imbere ya Yehova.
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.
15 Abagabo b’inararibonye b’iryo koraniro baze barambike ibiganza vyabo ku mutwe+ w’iyo shūri imbere ya Yehova, kandi nya shūri ize ikerererwe imbere ya Yehova.