-
2 Ngoma 8:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Vyongeye, ashira imice+ y’abaherezi ku bikorwa vyabo, yisunze ingingo ya Dawidi se+, n’Abalewi+ mu bibanza vyabo vy’igikorwa, kugira ngo bashemeze Imana+ bongere bakorere+ imbere y’abaherezi, nk’uko vyabwirizwa kugirwa ku musi ku musi+, ashira n’abarinzi b’amarembo mu mice yabo ku bwo kurinda amarembo atandukanye+, kuko iryo ryari ryo bwirizwa rya Dawidi umuntu w’Imana y’ukuri.
-