2 Ngoma 30:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko batari bashoboye kuyihimbaza ico gihe+, kubera ko ku ruhande rumwe ata baherezi bahagije+ bari biyejeje, ku rundi ruhande na ho abantu batari bakoraniye i Yeruzalemu.
3 kuko batari bashoboye kuyihimbaza ico gihe+, kubera ko ku ruhande rumwe ata baherezi bahagije+ bari biyejeje, ku rundi ruhande na ho abantu batari bakoraniye i Yeruzalemu.