Gusubira mu vyagezwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire. Umusiguzi 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mvuga nti: “Gumya itegeko ry’umwami+, kandi ivyo ubigire ubitumwe n’ukwitwararika indahiro y’Imana+. 1 Abatesalonika 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko muzi amategeko+ twabahaye biciye ku Mukama Yezu.
5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire.
2 Mvuga nti: “Gumya itegeko ry’umwami+, kandi ivyo ubigire ubitumwe n’ukwitwararika indahiro y’Imana+.