Guharura 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli, uti: ‘Muze mwitwararike kunshikiriza ishikanwa ryanje, umukate+ wanje, ku bw’amashikanwa yanje ashikanishwa umuriro bwa kamoto karuhura kuri jewe+, ku bihe vyayo vyashinzwe+.’
2 “Tegeka bene Isirayeli, uti: ‘Muze mwitwararike kunshikiriza ishikanwa ryanje, umukate+ wanje, ku bw’amashikanwa yanje ashikanishwa umuriro bwa kamoto karuhura kuri jewe+, ku bihe vyayo vyashinzwe+.’